
Ivyo Amnesty International yanditse ntibisa n’ibiri ku rubuga mu Burundi’ – Gatoni Rosine avugira prezida. Uwo muvugizi avuga ko ivyo iryo shirahamwe ryandika ata co bisa bisana n’ibiri ku rubuga. Umuvugiziwa prezida w’Uburundi, Gatoni Rosine Guilene arahakana ibiri mu cegeranyo ca Amnesty International

Rosine Guilène Gatoni niwe ahejeje kugenwa mu mabanga yo kurongora ibiro vy’umukuru w’igihugu bijejwe gutanga amakuru