
Gusubirana umwidegemvyo inyuma y’imyaka hafi 2 mw’ibohero ni umusi udasanzwe mu buzima bwanje’ – Floriane Irangabiye Floriane Irangabiye yari mu gipfungo c’imyaka cumi yagirizwa icaha co kuvogera igihugu yarekuwe ku kigongwe c’umukuru w’igihugu. Floriane Irangabiye kuva kuri uyu wa gatanu ku mugoroba aridegemvya ku kigongwe c’umukuru w’Igihugu Evariste Ndayishimye.
Ingingo yo kumurekura yafashwe ku wa gatatu itariki 14 Myandagaro 2024, iza kumenyekana bukeye bwaho ku mugoroba.
Agisohoka ibohero, yavuze ko afise umunezero utagira uko ungana.
Yagize ati:”Kwiyumvira ko nshobora gusubirana umwidegemvyo inyuma y’imyaka hafi ibiri ndi mw’ibohero ni umusi udasanzwe mu buzima bwanje, abana banje n’umuryango wanje wose. “Ndi n’iteka ryinshi, icubahiro cinshi n’umunezero udasasanzwe kuri abo bose bagize uruhara kugira nshobore kubona uyu musi: umuryango wanje, abaharanira agateka ka zina muntu ku rwego rw’Uburundi na mpuz’amakungu, abamenyashamakuru ku rwego rw’Uburundi na mpuzamakungu.”
Author Profile
- Abode tidings Urubuga Nyarwanda, umuntu uwo ariwe wese yemerewe gutanga ho ibitecyerezo. Byiza byubaka akakuri ku umutima gasese hano kuri abodetidings
Latest entries
BlogMarch 12, 2026Bidasubirwaho itegeko rigenga umuhanda mu Rwanda ryavuguruwe, Utwaye yanyoye ibisindisha azafungwa amezi atatu: Ibihano bikarishye ku batubahiriza amategeko y’umuhanda
BlogFebruary 18, 2026Intambwe nke zoroheje wakurikiza kugira ngo urusheho kugirana n’abandi imishyikirano myiza, zishobora gutuma nawe uba inshuti wifuza ko nawe wagira.
BlogFebruary 11, 2026Umuyobozi Mukuru wa NIDA, Mukesha Josephine, na we yifotoreje i Kigali, I Kigali bizakorwa mu byumweru birindwi: Imiterere ya gahunda yo gufotora abashaka Indangamuntu koranabuhanga
BlogNovember 16, 2024Dr Gaspard Ntahonkiriye yibanda ku ndirimbo gakondo z’umuco w’Ikirundi, igicurangisho yifashisha akaba ari inanga ndetse n’ikinanda (armonica).
Abode tidings Urubuga Nyarwanda, umuntu uwo ariwe wese yemerewe gutanga ho ibitecyerezo. Byiza byubaka akakuri ku umutima gasese hano kuri abodetidings
About The Author
Abode tidings Urubuga Nyarwanda, umuntu uwo ariwe wese yemerewe gutanga ho ibitecyerezo. Byiza byubaka akakuri ku umutima gasese hano kuri abodetidings