Abode Tidings

Gatoni Rosine Guilene avugira umukuru w’igihugu c’Uburundi, Evariste Ndayishimiye, ariyamiriza ibiri mu cegeranyo c’ishirahamwe riharanira agateka ka zina muntu kw’isi Amnesty International kivuga ko reta ituratuza abaharanira agateka ka zina muntu n’abamenyeshamakuru.

Ivyo Amnesty International yanditse ntibisa n’ibiri ku rubuga mu Burundi’ – Gatoni Rosine avugira prezida. Uwo muvugizi avuga ko ivyo iryo shirahamwe ryandika ata co bisa bisana n’ibiri ku rubuga. Umuvugiziwa prezida w’Uburundi, Gatoni Rosine Guilene arahakana ibiri mu cegeranyo ca Amnesty International

Rosine Guilène Gatoni niwe ahejeje kugenwa mu mabanga yo kurongora ibiro vy’umukuru w’igihugu bijejwe gutanga amakuru

Author Profile

Admin
Abode tidings Urubuga Nyarwanda, umuntu uwo ariwe wese yemerewe gutanga ho ibitecyerezo. Byiza byubaka akakuri ku umutima gasese hano kuri abodetidings

About The Author

Website |  + posts

Abode tidings Urubuga Nyarwanda, umuntu uwo ariwe wese yemerewe gutanga ho ibitecyerezo. Byiza byubaka akakuri ku umutima gasese hano kuri abodetidings

Leave a Comment

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Scroll to Top