Abode Tidings Urubuga Nyarwanda

Forum

Abakunzi b'Umupira ...
 
Notifications
Clear all

Abakunzi b'Umupira Bababajwe n'Ukuba Uburundi Bumaza Imyaka 6 Butaja muri CAN

1 Posts
1 Users
0 Reactions
17 Views
zuberi2
Posts: 718
Topic starter
(@zuberi2)
Noble Member
Joined: 5 months ago

Umugwi nserukira gihugu w’umupiura w’amaguru w’Uburundi uheruka mu gikombe ca Afrika mu mwaka 2019. 🤣 

Abakunzi b’urwo rukino babona ko imyaka iriko iraba myishi batitabira iryo higanwa. 😆 Babona ko hari vyinshi bitegerezwa guhinduka na cane cane kuronka ikibuga co kwakirirako inkino. 😆 

 

Kubona Uburundi bugiye kumara imyaka itandatu butitabira inkino z’igikombe c’Afrika CAN hari abakunzi b’inkino batanguye kurambirwa.

Bibaza ko aho bagiriye muri ico gikombe mu mwaka 2019 bazoca bakomerezaho. Si ko vyagenze.

Abakunzi b’inkino baganiriye n’Ijwi ry’Amerika babona hari ibintu vyinshi bikwiye guhinduka kugira Uburundi busubire kwitabira izo nkino. 😆

Hari abona abarongoye umupira mu Burundi hari ivyo bakwiye kwigira ku bihugu bikunze kwitabira ayo mahiganwa. 😆 

Olivier Niyungeko, yanditse amateka agashikana Uburundi ubwa mbere mu nkino za CAN, amenyesha ko abari muri ico gisata bose batagiye hamwe ngo barabire hamwe aho bipfira, impinga ikiri ndende. 😆 

Kuri izo mpungenge, Alexandre Muyenge arongoye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB, avuga ko bariko barakora ijoro n’umutaga kugira mu myaka iza bazobe bafise abakinyi b’umugwi nserukira gihugu ukomeye mu bisata bitandukanye. 😆 

Ku bijanye n’ikibuga, abatari bake babona ko ari kimwe mu ntambamyi zituma Uburundi butaronka itike yokwitabira igikombe ca Afurika. 😎 

Reply
Share:
Scroll to Top