Notifications
Clear all
Abarimyi bo mu ntara ya Cankuzo bijukiye kurima igiterwa c'amavoka kugira ngo bazoyashorere mu mahanga baronke amafaranga y'agaciro mvamakungu.
Posts: 0
Topic starter
Nov 27, 2024 8:45 pm
(@Anonymous)
Joined: 1 second ago
Muri abo harimwo abarimye ama hegitari arenga 100 y’amavoka. Bavuga ko babonye ko kurima ayo bashorera mu gihugu gusa bidashobora kubashikana kw'iterambere nyaryo.
Bamwe muri abo bahisemwo kugira urunani mu gushira hamwe amatongo bahitamwo kurima igiterwa c’amavoka gisigaye carashizwe ku rutonde rw’ibishorerwa hanze y’igihugu. ☹️ 😌 😎
Forum Jump:
Forum Information
- 1 Forums
- 1,369 Topics
- 1,975 Posts
- 1 Online
- 5 Members
Our newest member: Adil Adi
Forum Icons:
Forum contains no unread posts
Forum contains unread posts
Topic Icons:
Not Replied
Replied
Active
Hot
Sticky
Unapproved
Solved
Private
Closed