Notifications
                
            
                Clear all
    
            
        
         Main Forum
        
    
    
                    
                        
                        1                    
            Posts
        
        
                    
                        
                        1                    
            Users
        
        
                    
                        
                        0                    
            Reactions
        
        
                    
                        
                        150                    
            Views
        
        Dec 21, 2024 6:34 pm
                        Amashusho ava ahabereye iki gitero yerekana imodoka zitari nke zijejwe ubutabazi zishika mu gihe abantu bari baryamye hasi. Mu nyuma habonetse videwo yerekana umupolisi ahanganye n'umugabo yaboneka aryamye hasi iruhande y'imodoka yari ihagaze. 🤔 Abategetsi bavuga ko abajejwe kuzimya imiriro y'ivyaduka bashika 100 n'abajejwe ubutabazi bari ahabereye iki gitero 🤨
 
				