Notifications
Clear all
Bobi Wine. Muri Uganda, abantu 16 bo mu mugambwe National Unity Platform (NUP), uza imbere mu yitavuga rumwe n’ubugetesi bagiriwe n’icaha co guhemuka no gutunga ibirwanisho batabifiye uburenganzira.
Posts: 0
Topic starter
Oct 25, 2024 3:10 pm
(@Anonymous)
Joined: 1 second ago
Sentare ya gisirikare yabaciriye urubanza ivuga ko ivyaha bagirizwa babikoze hagati y’ukwezi kwa cumi na rimwe ko mu 2020 no mu kwa gatanu ko mu 2021, igihe Uganda yari mu matora.
Sentare yabaciriye urubanza ivuga ko hari n’abandi bari muri ino dosiye ubutungane bukirondera kuko batorotse.
Uko ari 16 bose bemeye ivyaha bagirizwa. Me Shamim Malende ababuranira yamara yabwiye itororokanitrizo ry’amakuru y’Abafaransa, AFP, ko birimwo igifungu agira ati: “Ntivyumvikana ingene bokwemera ivyaha bari barahakanye urubanza rugitangura.”
Topic Tags
Forum Information
- 1 Forums
- 1,369 Topics
- 1,975 Posts
- 0 Online
- 5 Members
Our newest member: Adil Adi
Forum Icons:
Forum contains no unread posts
Forum contains unread posts
Topic Icons:
Not Replied
Replied
Active
Hot
Sticky
Unapproved
Solved
Private
Closed