Notifications
Clear all
Evariste Ndayishimiye yongeye gutangaza ko umubano w’igihugu ciwe n’u Rwanda ukirimwo agatotsi. Yabwiye Televiziyo yo mu Bufransa TV 5 Monde ko ingorane ziri ku ruhande rw’u Rwanda.
Posts: 0
Topic starter
Dec 11, 2024 3:53 pm
(@Anonymous)
Joined: 1 second ago
Yabivugiye mu kiganiro cabereye ku ngoro yiwe I Bujumbura, inyuma y’inama y’abanyamitahe yabaye mu Burundi mu ndwi iheze. 😍
Umumenyeshamakuru wa TV Monde 5 yabajije Prezida Ndayishimiye ibibazo bitandukanye birimwo politiki, ubutunzi, iterambere, n'imigenderanire n'amakungu. Kuri iyo ngingo ya nyuma, ikibazo cagarutse cane ni ikiraba imibanire y’Uburundi n’igihugu kibanyi c’u Rwanda. 😀
Forum Jump:
Related Topics
-
Ibibazo bitandukanye birebana na Yesu ? Yohana yita Yesu NDE Vuga “NDI (NI JYE)” Yesu yavuze zose (uko yiyise =I AM or Je SUIS) ndetse n’aho tubisoma, tubona mu butumwa bwiza bwa Yesu Kristo uko bwanditswe na Yohana
1 year ago
-
Floriane Irangabiye yaramaze imyaka hafi ibiri afunzwe yarekuwe. Ni inyuma yaho kuri uno wa kane umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yari yamugiriye ikigongwe.
1 year ago
Forum Information
- 1 Forums
- 1,369 Topics
- 1,975 Posts
- 1 Online
- 5 Members
Our newest member: Adil Adi
Forum Icons:
Forum contains no unread posts
Forum contains unread posts
Topic Icons:
Not Replied
Replied
Active
Hot
Sticky
Unapproved
Solved
Private
Closed