Notifications
Clear all
Feb 13, 2025 11:00 pm
Ni umutwe w'abagwanyi b'Abanyarwanda b'Abahutu, bafatwa nk' 'intagondwa'. 😎
FDLR ni umugwi ugwanya reta y'u Rwanda uvugwa cyane mu buseruko bwa DRC, kuva nyuma ya jenoside yasize amarira mu Rwanda, mu 1993. 😆
Bavuga ko baharanira demokarasi y'ukuri mu Rwanda. 😎
Ariko bashinjwa na ONU ibyaha bikomeye cyane cyane muri DRC, nko gufata abagore ku ngufu. 😆