Notifications
Clear all
Floriane Irangabiye yaramaze imyaka hafi ibiri afunzwe yarekuwe. Ni inyuma yaho kuri uno wa kane umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yari yamugiriye ikigongwe.
Posts: 0
Topic starter
Nov 12, 2024 8:26 pm
(@Anonymous)
Joined: 1 second ago
Umumenyeshamakuru w'Umurundikazi Floriane Irangabiye Yarekuwe 😍
Uwo mumenyeshamakuru wo muri Radiyo Igicaniro yashimiye abamufashije bose kuva agifungwa kugeza uno musi. Yashimiye vyimazeyo abamenyeshamakuru bagenziwe, amashirahamwe adaharanira inyungu za politike be na cane cane umukuru w’igihugu yamugiriye ikigongwe. 🥂
1 Reply
1 Reply
akwiye kwihangana niko mu ubuzima bimeraPosted by: @AnonymousUmumenyeshamakuru w'Umurundikazi Floriane Irangabiye Yarekuwe 😍
Uwo mumenyeshamakuru wo muri Radiyo Igicaniro yashimiye abamufashije bose kuva agifungwa kugeza uno musi. Yashimiye vyimazeyo abamenyeshamakuru bagenziwe, amashirahamwe adaharanira inyungu za politike be na cane cane umukuru w’igihugu yamugiriye ikigongwe. 🥂
Reply
Forum Jump:
Topic Tags:
Radiyo Igicaniro (1)
,
Umumenyeshamakuru (2)
,
Floriane Irangabiye (2)
,
umukuru ikigongwe. (1)
,
Forum Information
- 1 Forums
- 1,369 Topics
- 1,975 Posts
- 1 Online
- 5 Members
Our newest member: Adil Adi
Forum Icons:
Forum contains no unread posts
Forum contains unread posts
Topic Icons:
Not Replied
Replied
Active
Hot
Sticky
Unapproved
Solved
Private
Closed