Notifications
                
            
                Clear all
    
            
        
         Main Forum
        
    
    
                    
                        
                        1                    
            Posts
        
        
                    
                        
                        1                    
            Users
        
        
                    
                        
                        0                    
            Reactions
        
        
                    
                        
                        67                    
            Views
        
        Dec 05, 2024 6:14 pm
                        Amakuru ava muri zimwe mu nzego z'igihugu c'Ububirigi aremeza ko hari umutegetsi mukuru mu bushikiranganji bujejwe indero mu Burundi, yatse ubuhingiro mu Bubirigi nyuma yo kwanka gutaha mu Burundi ahejeje kwitabira ibikorwa vyari vyamujanye. 😎
 
				