Notifications
Clear all
Igiraneza Nusura avuka mu Buterere mu gisaga ca Bujumbura ari mu bafashwe bakajanwa mu kigo ca Munzenze mu Cankuzo
Posts: 0
Topic starter
Oct 19, 2024 3:33 pm
(@Anonymous)
Joined: 1 second ago
Igiraneza Nusura ni umwe mu bana bahoze mw’ibarabara begeranijwe bakajanwa ku mutumba wa Munzenze muri komine Mishiha y’intara ya Cankuzo, mu buseruko bw'Uburundi ku birometero 255 uvuye ku mugwa mukuru w’ubutunzi Bujumbura.
Aha ni ho hari kimwe mu bigo vyubatswe na reta y’Uburundi mu ntumbero yo kuvyegeranirizamwo abana bo mw’ibarabara, mu rugamba rwo kugerageza gutorera umuti ikibazo c’abo bana ☹️ 🙁 🤑
amakungu ariko ahimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe umwana wa Afrika, ikibazo c’abana bo mw’ibarabara ni kimwe mu bibazo nkoramutima mu Burundi bisa n’ivyananiranye gutorerwa umuti. 😎 🤣
Forum Jump:
Forum Information
- 1 Forums
- 1,369 Topics
- 1,975 Posts
- 0 Online
- 5 Members
Our newest member: Adil Adi
Forum Icons:
Forum contains no unread posts
Forum contains unread posts
Topic Icons:
Not Replied
Replied
Active
Hot
Sticky
Unapproved
Solved
Private
Closed