Abode Tidings Urubuga Nyarwanda

Forum

Laure Uwase ufise a...
 
Notifications
Clear all

Laure Uwase ufise amamuko mu Rwanda avuga ko hari abagerageje kumuca intege muri uku kwitoza. Uwundi ahatana muri ayo matora ni Orly Nzisabira afise amamuko mu Burundi.

2 Posts
1 Users
0 Reactions
3 Views
zuberi2
Posts: 408
Topic starter
(@zuberi2)
Prominent Member
Joined: 2 months ago

Kuri uyu wa mungu italiki 09 z’uku kwezi kwa Ruheshi,2024 hazoba amatora rusangi mu gihugu c’Ububilgi aho abantu bashika 45 bamuka mu Burundi no mu Rwanda barimwo kwitoza.

Ayo matora azoba ari ay’abashingamateka,abajenama b’amakomine,n’abaserukira Ububiligi mu nama nshingamateka ya Bulaya.

Muri abo bitoza bafise amamuko mu Burundi no mu Rwanda nka bose ni urwaruka bavutse inyuma ya 1990.

Umwe mu bazwi cane muri abo ni Laure Uwase, umunyamategeko yavukiye mu Rwanda mu 1992, uwo mupfasoni asanzwe akora umwuga w’ukwunganira abantu (avocate) yitoza mu nama nshingamateka y’Ububiligi igice Kivuga ururumi rw’iki hollande (parlement de la région flamande). 😎 😎 

Uwundi ahatana muri ayo matora ni Orly Nzisabira afise amamuko mu Burundi. Ni umusore w’imyaka 24, asanzwe ari umukinyi mu rukino rwa Basketball mu ntara ya Liège mu bumanuko bw’Ububiligi. 😆

 

Reply
1 Reply
zuberi2
Posts: 408
Topic starter
(@zuberi2)
Prominent Member
Joined: 2 months ago

Kuri uyu wa mungu italiki 09 z’uku kwezi kwa Ruheshi,2024 hazoba amatora rusangi mu gihugu c’Ububilgi aho abantu bashika 45 bamuka mu Burundi no mu Rwanda barimwo kwitoza.

Ayo matora azoba ari ay’abashingamateka,abajenama b’amakomine,n’abaserukira Ububiligi mu nama nshingamateka ya Bulaya.

Muri abo bitoza bafise amamuko mu Burundi no mu Rwanda nka bose ni urwaruka bavutse inyuma ya 1990. 😎 😎 

Reply
Share:
Scroll to Top