Notifications
Clear all
Menya uno mutamakazi w'imyaka 81 yinjiye mw'ihiganwa ry'ubwiza kw'isi, Miss Universe. Igihe Choi yari afise imyaka 72 umurwayi yamuhaye iciyumviro co kuba umunyamideli
Posts: 0
Topic starter
Oct 01, 2024 8:12 pm
(@Anonymous)
Joined: 1 second ago
Igihe rero Miss Universe, ihiganwa rizwi cane ry’ubwiza ryatanguye Choi afise imyaka icenda, ifata ingingo yo gukuraho amategeko abuza abahiganwa barenza imyaka 28 mu ntango z'uno mwaka, ntiyatanzwe kurondera ano mahirwe - maze aca aba umugore wa mbere ashaje gushika ubu yinjiye mw'ihiganwa.
Topic Tags
Forum Jump:
Forum Information
- 1 Forums
- 1,369 Topics
- 1,975 Posts
- 0 Online
- 5 Members
Our newest member: Adil Adi
Forum Icons:
Forum contains no unread posts
Forum contains unread posts
Topic Icons:
Not Replied
Replied
Active
Hot
Sticky
Unapproved
Solved
Private
Closed