Notifications
Clear all
Miss Burundi 2023: Lellie Carelle Ndayizeye. Ku nshuro ya mbere nyuma y’aho atsindiye ihiganwa rya Miss Burundi 2023 ryarangiye mu mpera z'indwi iheze i Bujumbura, Lellie Carelle Ndayizeye w’imyaka 22 yabwiye abodetidings ingene yakiriye iyo ntsinzi...
Posts: 0
Topic starter
Oct 30, 2024 2:22 pm
(@Anonymous)
Joined: 1 second ago
Abigeme bashitse mu muce wanyuma w’ihiganwa canke finale bari cumi n'umwe bava mu ntara zitandukanye.
Udushimwe twahawe abigeme batatu ba mbere, muri two hakaba harimwo n'imodoka ku watahukanye urugori rwa Miss Burundi.
Uwabaye uwa kane ni umwigeme yakunzwe kurusha abandi.
Jacques Niyitegeka yavuganye na Miss Burundi 2023 Lellie Carelle Ndayizeye, abanza kumubwira ico asanzwe akora 🍟 🍔 🍶 🍵
Topic Tags
Forum Information
- 1 Forums
- 1,369 Topics
- 1,975 Posts
- 0 Online
- 5 Members
Our newest member: Adil Adi
Forum Icons:
Forum contains no unread posts
Forum contains unread posts
Topic Icons:
Not Replied
Replied
Active
Hot
Sticky
Unapproved
Solved
Private
Closed