Notifications
Clear all
Miss Burundi 2023: Lellie Carelle Ndayizeye yabwiye Itangazamakuru ingene yakiriye intsinzi
Posts: 0
Topic starter
Nov 12, 2024 8:00 pm
(@Anonymous)
Joined: 1 second ago
Ku nshuro ya mbere nyuma y’aho atsindiye ihiganwa rya Miss Burundi 2023 ryarangiye mu mpera z'indwi iheze i Bujumbura, Lellie Carelle Ndayizeye w’imyaka 22 yabwiye itangazamakuru ingene yakiriye iyo ntsinzi. 😎 😝
Abigeme bashitse mu muce wanyuma w’ihiganwa canke finale bari cumi n'umwe bava mu ntara zitandukanye. 😍
Udushimwe twahawe abigeme batatu ba mbere, muri two hakaba harimwo n'imodoka ku watahukanye urugori rwa Miss Burundi.
Uwabaye uwa kane ni umwigeme yakunzwe kurusha abandi. 🥂 🍟 🍷
Forum Jump:
Forum Information
- 1 Forums
- 1,369 Topics
- 1,975 Posts
- 1 Online
- 5 Members
Our newest member: Adil Adi
Forum Icons:
Forum contains no unread posts
Forum contains unread posts
Topic Icons:
Not Replied
Replied
Active
Hot
Sticky
Unapproved
Solved
Private
Closed