Abode Tidings Urubuga Nyarwanda

Forum

Monna Walda - Umuru...
 
Notifications
Clear all

Monna Walda - Umurundikazi wa kabiri agize ibiteramo i Buraya inyuma ya Khadja Nin,

2 Posts
2 Users
0 Reactions
57 Views
RwandaNziza
Posts: 659
Topic starter
(@rwandanziza)
Noble Member
Joined: 5 months ago

Monna Walda Kaneza, abakunzi b'umuziki mu Burundi bazi kw'izina rya Mow Kenzie

ni umwigeme akunzwe cane n'abakunzi b'umuziki mu Burundi, cane cane abakiri bato.

Hari abigeme b'Abarundikazi basigaye biyita Mow Kenzie.

Mu mpera z'umwaka uheze, Monna Walda Kaneza, umurundikazi w'imyaka 26 yararemesheje ibiteramo mu bihugu vya Buraya guhera mu ntango y'ukwezi kwa Munyonyo(11). 🤣 

Ni we mwigeme wa mbere w'Umurundikazi muri ino myaka 30 iheze agize ibiteramo azunguruka mu bihugu vya Bulaya.

Inyuma y'uwundi murundikazi yigeze kuba rurangiranwa mu mpera y'imyaka 80, Jeanine Rema azwi cane kw'izina rya Khadja Nin.

Mo'w Kenzie asanzwe avuka mu muryango usa n'uwifise mu gihe mu Burundi hari ababona umuziki ko ari umwuga w'abantu bava mu makaritiye abayabaye n'imiryango ikenye. 😀 

Reply
1 Reply
1 Reply
zuberi2
(@zuberi2)
Joined: 7 months ago

Noble Member
Posts: 726

Posted by: @rwandanziza

Monna Walda Kaneza, abakunzi b'umuziki mu Burundi bazi kw'izina rya Mow Kenzie

ni umwigeme akunzwe cane n'abakunzi b'umuziki mu Burundi, cane cane abakiri bato.

Hari abigeme b'Abarundikazi basigaye biyita Mow Kenzie.

Mu mpera z'umwaka uheze, Monna Walda Kaneza, umurundikazi w'imyaka 26 yararemesheje ibiteramo mu bihugu vya Buraya guhera mu ntango y'ukwezi kwa Munyonyo(11). 🤣 

Ni we mwigeme wa mbere w'Umurundikazi muri ino myaka 30 iheze agize ibiteramo azunguruka mu bihugu vya Bulaya.

Inyuma y'uwundi murundikazi yigeze kuba rurangiranwa mu mpera y'imyaka 80, Jeanine Rema azwi cane kw'izina rya Khadja Nin.

Mo'w Kenzie asanzwe avuka mu muryango usa n'uwifise mu gihe mu Burundi hari ababona umuziki ko ari umwuga w'abantu bava mu makaritiye abayabaye n'imiryango ikenye. 😀 

wow byiza

Reply
Scroll to Top