Notifications
Clear all
Mu Burundi, abakobwa bashorwa mu rudandazwa rw’abantu mu gihugu ca Tanzaniya, aho bajanwa kurongorwa ku nguvu n’abo batazi.
Posts: 0
Topic starter
Oct 19, 2024 2:45 pm
(@Anonymous)
Joined: 1 second ago
😆 Bamwe mu batanga ubuhamya y’ivyabashikiye, bemeza ko inyuma y’amaronko bahendeshwa kuzobamwo bageze muri ico gihugu, abo bigeme bajanwa ata kibaranga na kimwe bafise: Ivyo biraheza bigatuma bahohoterwa, bakanapfungwa, iyo bafashwe n’inzego zijejwe umutekano muri Tanzaniya. 🍸 🍵
Abo Barundikazi bakurwa mu mihana iwabo mu masaha y’ijoro buriko buraca. Ababagura babacisha mu nzira badashobora kumenya, kugira ntihagire uwotoroka asubire inyuma.
Bimwe mu vyo bahendeshwa nk’amaronko bakiri mu nzira ni impuzu bagurirwa n’uwubatwaye, ibituma bataronka uko bahakana kubandanya urugendo kuko batoronka ivyo basubiza.
Kuzoba mu buzima bwiza bwo kugendera mu miduga, ku makinga no kuryama ku matera, babihendeshwa nk’ubuzima bwa kazoza. 🌹 🤭 🤮
Forum Jump:
Forum Information
- 1 Forums
- 1,369 Topics
- 1,975 Posts
- 0 Online
- 5 Members
Our newest member: Adil Adi
Forum Icons:
Forum contains no unread posts
Forum contains unread posts
Topic Icons:
Not Replied
Replied
Active
Hot
Sticky
Unapproved
Solved
Private
Closed