Abode Tidings Urubuga Nyarwanda

Forum

Muhimbare Amando (h...
 
Notifications
Clear all

Muhimbare Amando (hagati), ni umwe mu basore, bakinira umugwi nserukiragihugu w'abagendana ubumuga mu Burundi.

2 Posts
2 Users
0 Reactions
7 Views
RwandaNziza
Posts: 605
Topic starter
(@rwandanziza)
Noble Member
Joined: 3 months ago

Muhimbare Amando, ni umwe mu basore, bakinira umugwi nserukiragihugu w'abagendana ubumuga mu Burundi. 😀 

Kubera ubumuga bwiwe, ntiyari yarigeze yiyumvira ko umusi umwe, yokinye umupira w'amaguru. 😎 

"Jewe ubumuga bwanje nagwaye nkiri umwana mutoya, hanyuma baranca ukuguru. Noba nari mfise nk'imyaka 12," uko ni ko avuga. 😆 

Kuva ico gihe, uwo musore w'imyaka 23 avuka mu ntara ya Karusi, avuga ko ubuzima bwaciye bugorana. 😆 

Agira ati:"Nkiri i Karusi narahura n'abantu bakambwira ko ngiye i Bujumbura nkaja gusabiriza mw'ibarabara, boza barampa. 😎 

"Naramanutse i Bujumbura ntangura gusabiriza mu mabarabara. Nabimazemwo umwaka wose." 😀 

Amando avuga ko Patrick Ngoga, na we nyene agendana ubumuga, yashinze ikigogo 'Fondation Ngoga Patrick " ryo gufasha abagendana ubumuga, ari we yamukuye mw'ibarabara, aramufasha. 😀 

Reply
1 Reply
1 Reply
zuberi2
(@zuberi2)
Joined: 5 months ago

Noble Member
Posts: 697

Posted by: @rwandanziza

Muhimbare Amando, ni umwe mu basore, bakinira umugwi nserukiragihugu w'abagendana ubumuga mu Burundi. 😀 

Kubera ubumuga bwiwe, ntiyari yarigeze yiyumvira ko umusi umwe, yokinye umupira w'amaguru. 😎 

"Jewe ubumuga bwanje nagwaye nkiri umwana mutoya, hanyuma baranca ukuguru. Noba nari mfise nk'imyaka 12," uko ni ko avuga. 😆 

Kuva ico gihe, uwo musore w'imyaka 23 avuka mu ntara ya Karusi, avuga ko ubuzima bwaciye bugorana. 😆 

Agira ati:"Nkiri i Karusi narahura n'abantu bakambwira ko ngiye i Bujumbura nkaja gusabiriza mw'ibarabara, boza barampa. 😎 

"Naramanutse i Bujumbura ntangura gusabiriza mu mabarabara. Nabimazemwo umwaka wose." 😀 

Amando avuga ko Patrick Ngoga, na we nyene agendana ubumuga, yashinze ikigogo 'Fondation Ngoga Patrick " ryo gufasha abagendana ubumuga, ari we yamukuye mw'ibarabara, aramufasha. 😀 

nakomereze aho akine umupira

 

Reply
Share:
Scroll to Top