Reta ifashe ingingo yo gutegeka umwenegihugu kwiyandikisha mu matora si ikosa' - Prosper Ntahorwamiye
Proseper Ntahorwamiye arongoye umugwi w'igihugu ujejwe gutunganya amatora CENI avuga ko gutegeka abantu kwiyandikisha mu matora ari ibisanzwe 😎 🤨 😐
Agira ati:"Abenegihugu barafise uburenganzira [droits], barafise n'ico basabwa [devoir].
"Reta rero ifashe ingingo ko isavye umwenegihugu kuja kwiyandikisha si ikosa, biri muvyo reta ijejwe."
Mu Burundi nta tegeko na rimwe ritegeka umuntu kwitabira amatora vyanse bikunze.
Igikorwa co kwandika abazoja mu matora yimirije mu mwaka uza catanguye kuri uyu wa mbere itariki 21 ukwezi kwa Gitugutu(10) 2024.
Muri ico kiganiro Ntahorwamiye avuga ko ibitigiri vy’abiyandikishije mu misi itatu ya mbere vyerekana ko urugero ruri musi y’ibice 29 kw’ijana vy’abo umugwi CENI ujejwe gutegura amatora witeze. 😎 😎 😎
@rwandanziza Kubigenza utyo bizatuma ibitekerezo byawe, imyifatire yawe n’ibyiyumvo byawe bikomeza guhuza n’amahame y’Imana. 😐 🤨 😜
Kubigenza utyo bizatuma ibitekerezo byawe, imyifatire yawe n’ibyiyumvo byawe bikomeza guhuza n’amahame y’Imana. 😑 😌 ☹
- 1 Forums
- 1,369 Topics
- 1,975 Posts
- 1 Online
- 5 Members