Notifications
Clear all
Reverien Ndikuriyo Asigura ko Bunyoni Atari Inyishu ku Butunzi bw'Igihugu
Posts: 0
Topic starter
Jan 04, 2025 7:27 pm
(@Anonymous)
Joined: 1 second ago
Umunyamabanga mukuru w'umugambwe uri ku butegetsi mu Burundi, CNDD-FDD, Révérien Ndikuriyo, 😍 kuri uno wa gatanu yashimangiye ko nta muntu wenyine wobazwa ubutunzi bw'igihugu. 🤣 Ibyo yabisiguriye mu kiganiro yagiranye n'abamenyeshamakuru ku kibuga c'umupira w'amaguru citiriwe Nkurunziza co mu ntara ya Makamba. 🤣
Muri ico kiganiro, hari aho yagize ati, "iyo tuza kuba turi amavuta n'amazi, kimwe caba kiri munsi ikindi kiri hejuru". Aho yishuraga ku kibazo co kumenya niba ihungabana ry'ubutunzi bw'igihugu, coba gifitaniye isano n'ipfungwa ry'uwahoze ari umushikiranganji wa mbere Alain Guillaume Bunyoni. 🤣
Forum Jump:
Forum Information
- 1 Forums
- 1,369 Topics
- 1,975 Posts
- 0 Online
- 5 Members
Our newest member: Adil Adi
Forum Icons:
Forum contains no unread posts
Forum contains unread posts
Topic Icons:
Not Replied
Replied
Active
Hot
Sticky
Unapproved
Solved
Private
Closed