Notifications
Clear all
Thomas Kwoyelo yagiriwe n'ivyaha 44, birimwo kwica, gusambanya ku nguvu, kunyuruza abantu no gusahura. Uwahoze ari umutegetsi mu ngabo za Lord's Resistance Army Thomas Kwoyelo yavuze ko yanyurujwe ajanwa kugirwa umusirikare n'uwo mugwi afise imyak...
Posts: 0
Topic starter
Oct 25, 2024 3:05 pm
(@Anonymous)
Joined: 1 second ago
Sentare muri Uganda yaciriye uwahoze ari umutegetsi w'ingabo mu mugwi witwaje ibigwanisho Lord's Resistance Army (LRA) gupfungwa imyaka 40 inyuma y'urubanza rw'ivyaha vyo mu ntambara.
Thomas Kwoyelo yagiriwe n'ivyaha 44, birimwo kwica, gusambanya ku nguvu, kunyuruza abantu no gusahura.
Yarahakanye ivyaha vyose yagirijwe.
Kwoyelo abaye umutegetsi wa mbere w'ingabo w'uwo mugwi wari utinyitse cane aciriwe urubanza na sentare yo muri Uganda.
LRA, umugwi washinzwe mu myaka ya 1980, wagirizwa gukora amahano muri Uganda no mu bihugu bibanyi. 😍 😐 😌 😔
Topic Tags
Forum Information
- 1 Forums
- 1,369 Topics
- 1,975 Posts
- 1 Online
- 5 Members
Our newest member: Adil Adi
Forum Icons:
Forum contains no unread posts
Forum contains unread posts
Topic Icons:
Not Replied
Replied
Active
Hot
Sticky
Unapproved
Solved
Private
Closed