Abode Tidings

Uburundi Buvuga ko ...
 
Notifications
Clear all

Uburundi Buvuga ko Butabona Aho Bwohera mu Gutabara Abarundi Bapfungiwe muri Filipine

1 Posts
1 Users
0 Reactions
19 Views
Posts: 0
Topic starter
(@Anonymous)
Joined: 1 second ago
Madame Ines Sonia Niyubahwe avugira ubushikiranganji bujejwe imigenderanire y'Uburundi n'ayandi makungu 🤣 

Mu Kiganiro Madame Ines Sonia Niyubahwe, avugira ubwo bushikiranganji, yagiranye n'Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Diane Nininahazwe, yasiguye ko abo Barundi banse ko ama nimero ya terefone yabo amenyekana muri ubwo bushikiranganji, kandi na reta ya Filipine ataco iratangariza ubwo bushikiranganji. Fyonda hasi wumve ibindi mu kiganiro ca Niyubahwe na Nininahazwe. 😆 


Share:
Scroll to Top