Abode Tidings

Umunezero Family ch...
 
Notifications
Clear all

Umunezero Family choir from Rwanda in their song Kubaho Dukijijwe, Kuki utogerageza izi nama zishigikiwe n'ubumenyi (science) kugira urushirize kuronka umunezero mu buzima bwawe?

1 Posts
1 Users
0 Reactions
30 Views
Posts: 0
Topic starter
(@Anonymous)
Joined: 1 second ago

Abantu bamwe bamwe bavutse bagenewe kunezerwa kurusha abandi. 😀 Ariko uba uri umuntu aririmba iyo ari mu bwogero (muri douche) canke atamba mu mvura, canke akunda kwama yijiriwe canke afyuye umunwa, 😆 ukunezerwa si ikintu kidushikira gutyo gusa. Twese turashobora guhindura akamenyero kacu kugira twongereze umunezero mu buzima bwacu. 😎 


Share:
Scroll to Top