Notifications
Clear all
Nov 01, 2024 3:35 pm
Oya, ntabidusaba. Iyo biba ari uko bimeze ntaba yaratubwiye gukurikiza za ntambwe enye zo kugera ku bwiyunge ziri muri Matayo 18:15-17, intambwe zisozereza ku guca uwo muntu iyo yanze kwihana: 😎 😀 🤣 😆