Notifications
Clear all
Utu dukoko twoba ari inyishu yo kugwanya 'plastics'? Muri Kenya, abashakashatsi bo mu kigo ciga udukoko (ICIPE), bamaze igihe bamenye ko utunyo turya ibimwanya.
Posts: 0
Topic starter
Dec 20, 2024 4:59 pm
(@Anonymous)
Joined: 1 second ago
Ubwambere bari bafise ubwoba ko twokwicwa n'ubumara buri muri ivyo bimwanya, bunahumanya ibidukikije. 🌻 Naho bikiri mu mpari z'abahinga, abo bashakashatsi babona ko utunyó twofasha cane cane muri Africa. 😱
Amakenga akiraho ni uko dushobora guca tugwirirana, tukanashobora kwonona ibindi bidukikije, natwo. 😇 Abashakashatsi babona ko utunyó twofasha cane 😨 cane muri Africa.
Forum Jump:
Forum Information
- 1 Forums
- 1,369 Topics
- 1,975 Posts
- 0 Online
- 5 Members
Our newest member: Adil Adi
Forum Icons:
Forum contains no unread posts
Forum contains unread posts
Topic Icons:
Not Replied
Replied
Active
Hot
Sticky
Unapproved
Solved
Private
Closed