Umunyamakuru Sandra Muhoza yasabiwe igifungo cy’imyaka 12
Nyuma y’iburanisha, Maître Ntibandetse yatangarije abanyamakuru bo mu binyamakuru byaho igihano cyasabwe n’umushinjacyaha , Umushinjacyaha yasabye urukiko ko rwakatira Sandra Muhoza igifungo cy’imyaka 12 y’igifungo n’ihazabu y’amafaranga miliyoni imwe y’Amarundi.”
Sandra Muhoza akurikiranweho icyaha cyo “kubangamira ubusugire bw’igihugu ndetse n’amacakubiri ashingiye ku moko”.
Maître Éric Ntibandetse yerekanye ko umukiriya we ari umwere kandi asaba ko yarekurwa “kubera ko nta bimenyetso byatanzwe n’umushinjacyaha”.
Umumenyeshamakuru Sandra Muhoza yakorera ikinyamakuru La Nova Burundi, yatawe muri yompi mu kwezi kwa kane 2024,
Ishirahamwe ry’abamenyeshamakuru batagira imbibe, Reporters sans frontières (RSF), ririyamiriza ingingo y’umushikirizamanza muri sentare nkuru y’igihugu ya Mukaza mu Burundi isaba ko umumenyeshamakuru Sandra Muhoza apfungwa imyaka 12, akongera agatanga ihadabu y’umuriyoni mu mafaranga y’amarundi.
RSF ivuga ko igihano umumenyeshamakuru Muhoza asabirwa kiremereye, cuzuye akarenganyo, kitumvikana kandi urubanza rwiwe rushobora guhinduka urwa politike.